[2 / 4 / 1]
1643967447418.png
1643961780389.png
1643978854406.png
1643978917177.png
Quoted By:
>>24580
>Burundi bwacu, Burundi buhire
>Shinga icumu mu mashinga
>Gaba intahe y'ubugabo ku bugingo
>Warapfunywe ntiwapfuye
>Warahabishijwe ntiwahababuka
>Uhagurukana, uhagurukana, uhagurukana ubugabo urikukira
>Komerwa amashi n'amakungu
>Uhabwe impundu n'abawe
>Isamirane mu mashinga
>isamirane mu mashinga
>Burundi bwacu, ragi rya ba sokuru
>Ramutswa intahe n'ibihugu
>Ufatanije ishaka n'ubuhizi
>Vuza impundu wiganzuye uwakuganza uwakuganza
>Burundi bwacu, mpora mutima kuri twese
>Tugutuye amaboko, umutima n'ubuzima
>Imana yakuduhaye ikudutungire
>Horana ubumwe n'abagabo n'itekane
>Sagwa n'urweze, sagwa n'amahoro meza
>Shinga icumu mu mashinga
>Gaba intahe y'ubugabo ku bugingo
>Warapfunywe ntiwapfuye
>Warahabishijwe ntiwahababuka
>Uhagurukana, uhagurukana, uhagurukana ubugabo urikukira
>Komerwa amashi n'amakungu
>Uhabwe impundu n'abawe
>Isamirane mu mashinga
>isamirane mu mashinga
>Burundi bwacu, ragi rya ba sokuru
>Ramutswa intahe n'ibihugu
>Ufatanije ishaka n'ubuhizi
>Vuza impundu wiganzuye uwakuganza uwakuganza
>Burundi bwacu, mpora mutima kuri twese
>Tugutuye amaboko, umutima n'ubuzima
>Imana yakuduhaye ikudutungire
>Horana ubumwe n'abagabo n'itekane
>Sagwa n'urweze, sagwa n'amahoro meza
